Radio search
• Blues
• Classical
• Country
• Electronica
• Jazz
• Pop
• Retro
• Rock
• Talk
• Tropical
• Urban
• Various & Other
• World music
« prev radio stationnext radio station »

Radio station:

Radio Maria Burundi

Country: Burundi
Language: French
City: Gitega
Stream type: Win Media 32k
Genre: Various & Other - Religious
Rating: Radio Maria Burundi Rating 3 stars

Website:
http://www.radiomaria.org/


► Listen to Radio Maria Burundi online now!


Listen to Radio Maria Burundi now!

Radio Maria Burundi Reviews

20-06-2013  |  
Révérien
Grand Merci à RMB pour tes émissions,nourriture de notre vie spirituelle.Si tous les peuples du monde suivaient la parole divine et la faisaient leur mode de vie,la terre serait un paradis céleste.
Many thanks to RMB for your programs, food in our lives spirituelle.Si all people of the world followed the word of God and made ‚Äč‚Äčtheir way of life, the earth would be a paradise.
10-05-2013  |  
Révérien N
There is an invitation to come for a contribution to radio maria marathon. How to support it for people who are abroad, for example in China?
30-03-2013  |  
Révérien
This radio is very excellent because it builds us spiritualy and lead us towards Jesus Christ!Happy Feast of Resurrection of Our Savour to all the listeners!
25-02-2013  |  
Jean Claude
I love it because it makes me stay on the will of God. Let share these verses Matthew 24:36-44,Matthew 25:1-13, Deuteronomy 22:3-5, Isaiah 3:16-24 and 1 Peter 3:3-7
13-02-2013  |  
Ndayambaje R.
Our Radio is excellente because it make us very faithfully! When I'm listening it I don't think at neverelse thing only Spiritual thoughts! Go ahead and change many people's minds !
13-01-2013  |  
Révérien N.
Ndashimishwa cane n'ibiganiro vya RMB!Numvise inkuka ya Misa i Gitega nanje ariho mfise umuryango ndi muri Chine ndanezerwa cane!RMB nikomere n'abayirongoye bahezagirwe hamwe n'abayumviriza bose!
14-11-2012  |  
Révérien N.
Ndashima cane ubutumwa bwa RMB kuko iraduhezagiza ikadukebura kugira twame twiteguye kuko tutazi umusi n'isaha.Tugire Yezu na Mariya,Inzira n'Umushikiriza w'Inema.Jewe ndi muri Chine aho abasenga ari bake cane kubera kahise kabo!Tubasabire!
06-10-2012  |  
Ndayambaje R.
Ndanezerwa caaane n'ibiganiro vya RM Burundi na cane cane aho ndi muri Chine,amasengero agoye kuronka.Iradufasha kuguma hafi y'Umukama n' umuvyeyi wacu Bikira Mariya.Nibandanye ihezagirwa igwiza umuryango w'Imana!
06-10-2012  |  
Ndayambaje R.
Ndanezerewe cane kuronka uyu murongo wa radio Mariya Burundi ndi ngaha i Chanping.Imana Ihezagire abariko barayumviriza bose!
03-10-2012  |  
NZEYIMANA
Ndakunda caane radio Maria Burundi, ibiganiro vyayo biranshika ku nyota, Umuvyeyi w'Imana akaba n'uwacu ayigumize mu mutama wiwe.
23-09-2012  |  
niyungeko, paroisse Sainte Anne
iyi radio ni agatangaza kuko aho uri hose naho woba atanakimwe ufise kindi kigufasha gusenga Imana urategera ijambo ry'ayo, urazirikana ibisomwa ukumviriza indirimbo.Ivyo bikagufasha kugumana nayo.Iyi radiyo yaje kunganira mukumenyesha ijambo ry'Imana utarinze kuba iruhande y'abo urimenyesha, ntiworaba iyi radiyo ndayikunda iranyigisha aho ngeze hose kuko nkubu aho ngize iminsi iyo itabayo simba nkizi Imana muri ubu bu Chinois.
16-09-2012  |  
Alida
Im very thankful for this radio it really helps me to connect with God at Home, God Bless you!!